nubwahe bucuti canke ibikorwa biri hagati ya Big fizzo hamwe numu rappeur Taylo sixer Soma Hano ubimenye

Igihangange mumuziki ndundi cama
kiduza ibendera ryuburundi mubihugu
bibanyi no mumakungu Big fizzo
nubwahe bucuti yoba afitaniye numu
rappeur Taylo Six:


Umuririmvyi wa rap yemewe cane mu
burundi Taylo Six Inyuma Yukubazwa
Kimwe Mubibazo Vyuko Harabaririmvyi
Ndundi Boba Bahora bayaga
bakagiranira nimigambi yogukorana
nkikintu(ururirimbo) we yishurako
ubucuti numuntu uwariwe wese ntibiva
kubuhinga canke ikindi kintu ko ubucuti
arikintu kiza uko umuntu
mukiyumvanamwo uko nyene inyuma
yico twamubajije koyotubwira nkumwe
mubaririmvyi ndundi bishika bakayaga
akaba yaciye avuga yuko rimwe na
rimwe ayaga nigihangange mumuziki
ndundi Big Fizzo kandi ko bishobotse
bokorana indirimbo bidakunze naho
atakundi mugawe tukaba twagerageje
kumubaza imigambi yiwe muri kino gihe
bisa nuko afise abakunzi benshi we
yishuye ko atamusi numwe uhera
atiyumviriye kuba fana biwe ukungene
yokwama abazanira ibintu bibaryohera
umwanya numwanya ikindi twamubajije
ikintu akunda cane mukazi kiwe ka
muzika akaba yishuye yihuse avugako
akunda cane aba fana biwe kuko aribo
ba manager biwe Ngakagace Ka Sms
Kubuhamya kemeza ko ahora aganira na
Big Fizzo Amazina Ye Nyakuri Ari
Mugani Desire

Leave your comment