NIYAHE MPAMVU YATEYE TAYLO SIXER KUTABWIRA ABAKUNZI BIWE KO ASOHOYE CLIP VIDEO SOMA INKURU YOSE!!!

Haraciye Ikiringo Kitari gito Umu Rapper
Akunzwe Cane
Abica Bigacika Mu Burundi Taylo Sixer
Asohoye Indirimbo Yiwe Yise True Sixer
Ikabarindirimbo Iri Mumudiho Wa
HipHop Yakunzwe Cane Ikongera
Ikavugwakwo Amajambo Menshi Bivuye
Kumasanamu Yasohokanye Nayo Aho
Benshi Bibwiyeko Yoba Ari Clip Video
Yayo Ariko Taylo Sixer We Ico
Yabivuzeko Nuko Ata Clip Video Official
Yiyo Ndirimbo Arayikorera Kandi
Niyayikora Azotegerezwa Kubi
Menyesha Aba Fans Biwe Eka Naba
Fana Bumuziki Ndundi Bose Bayibone
Kuko Nibo Akorera Ariko Tukaba
Twarigeze Kubona Taylo Six Ya Postinze
Video Yinkumi Nimisore Basa Nabariko
Bavyina Iyo Ndirimbo Kandi Iyo Video
Ikaba Yararabwe Nabantu Benshi Cane
Gose Mumwanya Muto Ivyo Bikaba Biri
Muvyatumwe Benshi Bibaza Ko Yoba
Yasohoye Video Nshasha Mugawe
Akabihakana

Leave your comment