RACHLY ARAMENYESHA ABAFANA BIWE KO AGIYE KUBAZANIRA VIDEO YINDIRIMBO MY LOVE ARIKUMWE NA JADIX MUMISI MIKE IRABASHIKIRA

umwigeme
rachy asanzwe atavyorosha muri music
yuburundi yashoboye kumenyesha
ikinyamakuru cacu arico canyu
bizbizstars rachly amenyesha yuko ariko
arabategurira video yindirimbo my love
yakoranye numuririmvyi jadix rachly
akamenyesha ko inyuma yukwezi
ishobora kuba yaheze twobamenyesha ko
umuririmvyikazi rachly asanzwe avuka
aho muntara ya karuzi rachly rero akaba
ariko aratangaza abantu beshi mu muziki
wo ngaha iburundi akabandanya ashimira
abakunzi biwe aho yanamenyeshehe
kwafise vyishi ariko arabategurira

Leave your comment