Umu Rappeur Akunzwe Cane Mu Burundi Taylo Sixer Asigura Ijambo Kuba Umu Star

Taylo Sixer Numwe Muba Rappeur
Bemewe Cane Mu Gihugu Cu Burundi
Muri Kino Gihe Kubwibikorwa Vyiwe
Bikomeza Kugenda Bigomwa Nabantu
Benshi Batandukanye Hirya No Hino Mu
Burundi Eka Nahandi Nomubindi bihugu
kubantu bakurikiranira hafi ibikorwa vya
muzika ndundi Taylo We Mugusigura
Ijambo Kuba Umu Star umuririmvyi
nugutahura ko uba uhindutse inyenyeri
yakira hejuru gose abantu
mukukwihweza barangamiza kandi
ukamenyako ubera icirore abakwiheza
bose ko kuba umu star atarikuba umu
ririmvyi gusa ko ubu star arinyifato
zifatira kubintu nka vyose ukora uko
utambuka uko wambara uko uvuga uko
wimwesha nibindi nibindi ko umuntu
agiye muri studio akaririmba indirimbo
imwe canke zibiri canke nizirenga ko
atoca asigurira abantu ko ari umu star
ko ahubwo atamuntu ashobora kwivugira
ko arumu star ahubwo yitwa umu star
nabamwitegereza ikindi yarengejeko
nuko harabantu bibaza ko kuba umu star
ariryo pete ryanyuma mubuzima uti
ahubwo oya niyo ntango kuko inyuma
yubu star haribindi vyinshi ukenera
akarorero nko kuba umu millionaire
canke se milliardeur kandi atamuntu
yoreka kugira ico yifashije ngo numu
star ahubwo imbere yuko abandi bagira
ico bamukorera abe ariwe atangura
kuko hanini ubu star bwega umuntu
umwumwe wese kugiti ciwe kuko naho
umuntu mwoba abagenzi gute we arumu
star we utariwe haraho yinjira hama
nawe ugasigara kumuryango uko niko
Umu Rappeur Taylo Sixer yasiguye
Ijambo Ubu Star mumujambo Make

Leave your comment