My lifestyle

Ndibuka umusi wambere natangura kuririmbira muri studio ikaba yitwa B ONE RECORD hakaba yari italike 11/02/2012 niho natanguye kuharirimbira indirimbo yanje yitwa AMAHORO tukaba twarikumwe na SIZZO hamwe na Black-B ariko naho gushika nubu ndi umuririmvyi benshi bagiye bambaza indirimbo nakunze kurusha izindi muzo maze kuririmba,nkaba nagire ngireko menyesha ko iyandyoheye kurusha izindi ari AROYNOH...

Ndashimira aba FANS banje bobo badahengeshanya kumba hafi kandi bongera bantera intege kurusha!!!

Leave your comment