RACHLY ARIYAMIRIZA IBIRIKO BIRAVUGWA KWARI MURUKUNDO NUMURIRIMVYI WO MURI BUJA

Umuririmvyikazi RACHLY NISHIMWE, Amwe
mumakuru abandanya acana canako
Kumbuga n'uko ngo y'oba avyumva kimwe
n'umwe mu baririmvyi akomeye wa buja flava
atarashobora kumenyekana izina, ----+++--
*-----------++ Ivyo biriko biramuvugwako ,
wewe avyamirira kure ngo namajambo gusa
ati : "IVYO BIRIMWO KUVUGWA
N'AMAJAMBO GUSA YABASHAKA BABE
BARATAYE UMWANYA wewe avuga uku<>uko
niko Yambwiye ikinyamakuru cacu arico
canyu Tubibutse ko RACHLY NISHIMWE ari
umwe mubaririmvyikazi boba bariko barakora
cane , ubu akaba ageze kundirimbo 7 n'iyindi
Ije vuba cane.akaba ariko aritegurira ibitari
bike tukongera tukabamenyesha ko rachly
nishimwe asanzwe avuka aho muntara ya
karusi ikindi twobamenyesha nuko uwo
muririmvyikazi batanguye kumwitiranya
nabaririmvyikazi bakomeye baha iburundi nka
titi love,ashley diva .... nabandi

Leave your comment